#Burundi

#Burundi : Evariste Ndayishimiye aheruka gutorerwa kuba Umukuru w'Igihugu yarahiye kuri uwu wa kane igenekerezo rya 18 Ruheshi 2020. Ibirori vyabareye mu ntara ya #Gitega, bikaba vyari vyitabwa n'abategetsi batandukanye harimwo n'abaserukiye ibindi bihugu, nka Morisho Jakaya Kikwete yahoze ari Umukuru w'Igihugu ca #Tanzania, n'abandi.

Пікірлер: 53

  • @mattynotvshowrw2576
    @mattynotvshowrw25764 жыл бұрын

    HE Mutama w'abarundi,Muzagire Imirimo myiza,Iyo Nkoni Mukama Aguhaye Uzaharanire Ubumwe bw'abarundi Bose,Hutu,Tutsi, ..... Mwese Muva Amaraso Amwee. Bigaragara cyane ko Amoko yafashe Ikibanza kinini cyane kurenza kumvako Ari Abarundii,Nyagasani Azabashoboze Muvyeyi🙏🇧🇮❤

  • @mariamfritsi9761
    @mariamfritsi97614 жыл бұрын

    Watching from Switzerland,beautifull people.

  • @ghhhhy1812
    @ghhhhy18124 жыл бұрын

    From 🇧🇮Saudia mambo nima zuri kwel 😘

  • @nsabr2688
    @nsabr26884 жыл бұрын

    Amazing! May Allah protect this president and the country.imurinde ibibi byose nabanzi. Biragaragara ko akunzwe rwose, kandi nakunze ko azi imana.

  • @ndungutsendungutsr7506
    @ndungutsendungutsr75064 жыл бұрын

    Imana ibarinde Barundi mwese

  • @thegreatwise3280
    @thegreatwise32804 жыл бұрын

    komera mutama ABARUNDI TWESE TURAGUSHIGIKIYE

  • @ntirampebaodila5237
    @ntirampebaodila52374 жыл бұрын

    Welcome daddy wacu turakwishimiye turashimiye Nabaje kugushigikira

  • @trophainamagogwa7966
    @trophainamagogwa79664 жыл бұрын

    Mavazi ya wanawake tu Burundi hadi Raha,Warundi kweli mnamheshimu Mungu alivyowaumba hakuna mambo ya Kupaka cleartone,hakuna kusuka Rasta napenda mno Mungu awabariki kweli kweli

  • @burundishallsmile1day109

    @burundishallsmile1day109

    4 жыл бұрын

    Amina🙏🏾. Mengi tulipitia, Mungu katulinda Mengi zaidi!

  • @mrtiger6168
    @mrtiger61684 жыл бұрын

    Imana imuh kuroranigwa mumirimo yuburongozi

  • @trophainamagogwa7966
    @trophainamagogwa79664 жыл бұрын

    NEVA uchague board Guard anayemuogopa Mungu hatutaki akuuze mchana kweupe kama Yuda alivyomuuza Yesu ,Burundi Tunataka Mabadiriko hakika inapendeza kuwa na Amani

  • @zayanaduduna1405
    @zayanaduduna14054 жыл бұрын

    ALLAH atupe amani na upendo na huruma. Gtg city

  • @nsabr2688

    @nsabr2688

    4 жыл бұрын

    Ameen

  • @oneclick2023
    @oneclick20234 жыл бұрын

    🇹🇿🇹🇿🇹🇿♥️♥️✌️JK

  • @lameckmathias1188
    @lameckmathias11884 жыл бұрын

    African countries we can without depending on the supervision of Western country.

  • @broandss4004
    @broandss40044 жыл бұрын

    Ndabona arikirori

  • @christophaelias2014
    @christophaelias20144 жыл бұрын

    Bwabundi Évariste yamwanka

  • @lydianshimirimana276

    @lydianshimirimana276

    4 жыл бұрын

    Yamwanka gute?erega banse ko igihugu coguma atawugitwara ahari

  • @basaboseberahino7351

    @basaboseberahino7351

    4 жыл бұрын

    @@lydianshimirimana276 ahaaaaaa Oya noneho yamukund😜

  • @mtaalumaelias8619

    @mtaalumaelias8619

    4 жыл бұрын

    Mwe nimutahura ninde uzomufubani iteka atamukuru wigihugu atariko birunvikana yobanza akarahira ibindi bikaza munyuma!

  • @johnisrael1968
    @johnisrael19684 жыл бұрын

    Kwa kweli mh Rais mstaafu Kikwete anapendwa na warundi huo ndo ukweli.umesikia wanavyomshangilia!!!!!!ha ha ha ha haaaa

  • @brightonbrighton8671

    @brightonbrighton8671

    4 жыл бұрын

    Kikwete yuko poa na ndiye kamusaidia nkurunziza kurudi Burundi 2015 kulipokua jaribio la mapindunzi.nkurunziza angekua Rwanda au Uganda kipindi kile ,kwisha

  • @mdimistaronline6534

    @mdimistaronline6534

    4 жыл бұрын

    Tz tupo juu sana rais mstaafu kashangiliwa sana kikubwa zaidi hatuvai mask watanzania tunamuamini Mungu mchekii mama samia na mstaafu jak@y

  • @johnisrael1968

    @johnisrael1968

    4 жыл бұрын

    Ha ha ha haaa mh Kikwete anaijua Burundi na vyanzo vyote vya matatizo anavijua.haiwezekani asilimia15 kutawala asilimia 85ha haaahaaa

  • @brightonbrighton8671

    @brightonbrighton8671

    4 жыл бұрын

    Sera ya kutoingilia mambo ya nchi zingine ndiyo inayoipa Tanzania sifa

  • @jeanneirakoze7248
    @jeanneirakoze72484 жыл бұрын

    Ubusuma bwa matola Imana ihorihoze igiye kuberekana kurahirira hejuru yumuvyimba koko?biteyagahinda

  • @shadrackmpama2947

    @shadrackmpama2947

    4 жыл бұрын

    Uribwa uvuga ivyutazi Imana yamwitoleye

  • @basaboseberahino7351

    @basaboseberahino7351

    4 жыл бұрын

    @@shadrackmpama2947 imana yo ntikinishwa wewe rindira tu

  • @hannahkitikai7393
    @hannahkitikai73934 жыл бұрын

    hakuna kuvaa maski jamaneni.......

  • @alainniyomukiza7092
    @alainniyomukiza70924 жыл бұрын

    Ufite amakuru mazimpa yambwira ko turi kunva ngo nkurunziza abamwishe nabo bakora eske byaba aribyo cg ni ukubeshya🤔🤔🤔

  • @intuntu7863

    @intuntu7863

    4 жыл бұрын

    Ntacyo byenda kumarira abasigaye usibye urwango na amacakubiri muri gushyira mubantu ngo basubiranemo. Burundi sugira ngumana amahoro ukomeze wiyime bagashakabuhake nababakorera bakomeje guteza intambara muri grands lacs

  • @burundishallsmile1day109

    @burundishallsmile1day109

    4 жыл бұрын

    Oya! Ni ibihuha, imitego, yoguteranya kugira dusubiranemwo ! Hari abanyotewe Amaraso, bifuza ko UBurundi bugwa mu manga! Abarundi twarabahinyuye ! ✊🏾🇧🇮

  • @Am-jy4nr
    @Am-jy4nr4 жыл бұрын

    Muraryohewe uyundi arimuri moroge

  • @lydianshimirimana276

    @lydianshimirimana276

    4 жыл бұрын

    Non turire ???yaba vyiza cnk bibi nugushima kk vyose biba mumugambi w IMANA

  • @mtuwawatuhoyee6549
    @mtuwawatuhoyee65494 жыл бұрын

    All Christian we have to pray for the people of Burundi course it is Rwandans ruling and kelling people of Burundi!.

  • @jeaninendayishimiye2791

    @jeaninendayishimiye2791

    4 жыл бұрын

    Imana igukomeze Nyakubahwa President w'abarundi.Abarundi b' umutima turi inyuma yawe.Imana izakurinde ikibi cose.

  • @mamyakintore4284
    @mamyakintore42844 жыл бұрын

    Non izo comment mwazifashe

  • @basaboseberahino7351
    @basaboseberahino73514 жыл бұрын

    Gikwete niwe yabafasha kumara abantu nawe Corona is waiting for you snake☹☹☹

  • @intuntu7863

    @intuntu7863

    4 жыл бұрын

    Wibazako uburundi aribwo bwabuze benshi? Hanyumase waba uzi uko Corona yica kugirango wemeze ko ariyo yishe nyakubahwa mu umunsi umwe? Nonese abariho bafungura bagipfusha ni ukubera iki? Mpasibihugu yafunze amadeni ye. Reka abarundi bibesheho mugihe abandi mukora ingirwamatora hejuru y amadeni!

  • @siimon559
    @siimon5594 жыл бұрын

    Umusi mukuru wibi hutu

  • @brightonbrighton8671

    @brightonbrighton8671

    4 жыл бұрын

    Imana ikubabarire.mw ijuru nta vya Hutu au Tutsi,mukikuyu au mnyamwezi.sote tutakua kitu kimoja.mbona unawachukia binadamu wenzako?

  • @roohabzroohabz3247

    @roohabzroohabz3247

    4 жыл бұрын

    Urikirofa ww ntanubwenge uzopfugize gusa ww ushobora kube ufisakantu bura mu mutwe canke usanga barakurakurashe mu mutwe ww

  • @elisa3242

    @elisa3242

    4 жыл бұрын

    Ntubona nisura yiwe ingene isa ntabwenge agira ivyamoko vyarahavuye iwacu muburundi

  • @vniyonsaba

    @vniyonsaba

    4 жыл бұрын

    Ibyo utekereza nibyo batumariye abana n'ababyeyi. Sindi umuhutu niyo mpamvu ntinyutse kukubwira ko uteye iseseme. Seulement Satani ukurimo azakubabarire akuvemo kuko uzapfa wibambye cg uturitse ubura bwasandaye nkubwa Yuda

  • @vniyonsaba

    @vniyonsaba

    4 жыл бұрын

    @@brightonbrighton8671 Ndakuvumye ndi umututsi kazi urakagwa kunzira. Nta Soni. Urwo rwango nirwo rwatumenesheje. Rumena amaraso y'abana b'u Rwanda, Aya Barundi n'aba Congomani. Twese tuva amaraso. Reka kuruka cg usubire kwa Satani Boss wawe

Келесі