Waooow disi ururubuga narindarulenye kabisa Imana igihe umugisha kumuntu ukunda gutabariza abarenganwa
Imana iguhe umugisha kndi Imana ikuvugire nkuko uvugira abandi ababi nabeza
Emmanuel n'umukuru wa sentare y'inda😅😅😅
Shaaaa nimba badahamagara uyo mufumu, nuko banka yuko yoshira ahabona sbishe nkutunziza. Kuko havurwa ko ndayishimiye atimwo mubishe nkurumbi
Wewe warukwiye gushirwa ahantu ukabazwa ivyo wanditse
Umuganibwuwuraho ivyiwacu uwuzobigusigurira ukabitahura azoba yabigusiguriye nabi Imana yo rugira vyose nitabare igihugu ciza cacu c'Uburundi ivyudushikirije nikwaba arukuri 100%nibaza ko vyogorana ukuntu wobona umwanya wamabanga yabenegihugu mugihe ufise ibibazo nkivyo vyose ikindi nuko umuntu afise ubuntu muriwe atanarimwe agira amahoro mugihe icaha wakoreye mugifuri canke mwibanga cagiye ahabona nukuri birarusha nawe nanka ariko nashaka kubwira burumwe wese ko inyuma yububuzima harubundi buzima kandi butegurwa nanyenebwo ntiburarwa oya murabe murwanire kutazokwicuza ejo haza gusa paci nawe kuvyufise uzi utaravye neza bizogusaza ndakurahiye ibibvyonyene bimvirugiye ubwenge reka pfate kumazinkwanza
❤❤❤❤❤❤❤
Merci pour le travail.
Nivyo vyabo muntu
❤ love pac❤❤❤❤
Ikiganiro gikwiy kwumvirizwa kugira tumenye iyo turiko turaja turavye iyo tuvuye
❤❤❤
Ntawuhindura. Icimana. Yapangiye umuntu
Mbe harya umusoda canke umu polisi araba umugumyabanga?
mbona vyiza amakuru yose aca kuri FB par écrit wokwigora ukayacishaha par audio wobukoze caaane
Mwodufasha ikiganiro vyanyu vyose mukaza murabicisha aha
Ahubwo sinumva igituma yarindiriye iki gihe cose. Yaragifise ivyizigiro ko bomurekura? Kwari ukugumiriza ibanga bagenzi WE kugira ntihabe itohoza ryibitse muri ivyo bihangange? Mbega ko bose yaba parquet yaba Bunyoni bose bagumye bafise ivyo bibikira? Ni mucezo wa ndani?
Nyakwubahwa ntagishasha kirimwo abanyagihugu turazi ko abatalegetsi ko abafite abapfumu.
BUNYON: Ndekura nje kwirira amahera nasahuye canke ndabandagaze!
😢Ht😢 in
Pacifique NININAHAZWE urincabwenge ibushitse kandi mugihe utazoba ukiriho ntuzosubirizwa nukuri nta murundi azogusimbura
Пікірлер: 21

@user-kr1ct7pf2s
Ай бұрын