BUKEYENEZA S03E EP 19 😭😭😭ANITHA YISHE BAKAME 🥲🥲BUKEYENEZA AGAHINDA KARAMWISHE UMUMARAYIK ARAMUZIY
mana tabara bakame abaza nyuma mundemere like tumanze tuhatwike naho mpatswe gucerwa
𝗡𝗮𝗿𝗶𝗻𝗮𝘁𝗲𝘃𝘆𝗲 𝗺𝘂𝗿𝗲𝗸𝘂𝗿𝗲
Ndabakunda cane beza banje souf anitha❤❤❤❤
Love from GOGO LOVE OFFICIAL
Iki kigugu mwagikuyehe😹😹iyo ndirilbo iranyishe🤣🤣🤣courage beza ndabakunda havuyemwo Anitha
Vya vrai ni kigugu😂😂😂
@@talentwisemedia3330 non ivyo bintu agira ubona ari muzima🤦😃😃
Non uravye neza yoba yarasaze kweli?Cank Gusa ubivuga gus urabinz 🙊😂😂😂
@@talentwisemedia3330 wapi ntavyonzi nukwiterera inkuru
Kabenzi anit nuwo ntibuka izina hejuruu🤣🤣🤣🤣🤣👌🤗
jewe Anitha yaranyobeye cane Imana ibandanye yiyereka Bakame na Bukeyeneza courage ndabikundira -rwi Therèse narwo ivyo rukoze urambabaje gabany ubukozi bwikibi -mbega Bella na Kigeme bagiye hehe
ndagira icomvuze aruko ndayimaze ariko bukeye neza irateguye courage time mr sammy officie
Oya Bakame ntapfa ndavyizey ahoho yobiheze imana yimpuvyi Sha ndazi iratabara
Anitha ndagukunda courage mubakwank sindimwo ndazikurikukazi
Nanje jeje ndamwikundira cane💃
Arakinana Ubu sérieux kwel
Don urikamuri kweli
Courage xana pol bukeyenez anith anzobahahamur warahi.
Bukeyenez twahasitse courage 💪💪💪💪💯💯💯💯💯
Arik Anitha we wiyunv kumwish uzob wungutse ikinog caw kizob kikiramay 💪💪💪🔥🔥
Shaaa nukuri itanguye kubiha kweli nimurabe muyiheze.ntakuntu mugihugu umuntu yoguma agira nabi ukwo kwose ntafatwe knd azwi.nimugire final iratanguy kubiha
Munguw Tereza naw arayamufashij bukeyeneza yihangane
Tulabakunda cane bakunzibacu bukeyeneza na Sammy
anitha arahumbwa namaze kubona film uko iteguye bakame yamaze kurokoka kuko baramubonye anitha aduga escarie mbega film iryoshe kandi ibabaje courage sammy courage bukeye neza courage anitha nanje nsinzobahemukira nzikwama ndabakunda bishobotse ninjire muri time sammy officie
Annitta wee urihanura 🙆♀️🙆♀️
Yooooo mana tabara bakame bukeyeneza mpore mwiza urahangayitse
Bakame ntapfa Imana yarinze Bukeye Neza arimpumyi yagiy kumunokora inzara. Niyo izakurinda Bakame
Yatanguye mfise agahinda 😥non birangiye ntwenze😂😂😂❤️❤️🔥🔥💯💯
Sha sibkn gs bibaho
Nice movie
Neza cane from 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Courage songa mbere
Bukeye Neza ndamukunda❤
Ndabakunda abakinyi beza
Mana weeee Anita Aho niwogezaho??Rek Umutim mubi Non uzogumuko Ntuzohinduka? Bukeyeneza Ihangan Iman yumvise Isengesho ryawa mwana
🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮💪murekure umurirowake.
Noneh mbona mushik wa bakame bakundany n bukey neza
Iyo bahera kuriwewe wankoziyikibiweeeeee Sa abakobwankabo babahokwer
Ndabakunda cane ariko bakame ntapfe
Anita courage niwe utumye film iryoha 😆😆
Wapi niruveho kuko bukeyeneza na bakame ntamahoro bazopfa bararonse. Ubundi ho ntiborukura munzira
Ewe bukeye neza Pl sn ndarize kubwagahinda ufise😥😥😥😥😥
Anita. Natreza. Ntimuzigera mubabarigwa. I'mana nitabare bakame. Ntazopfe. Atabonye alanakiwe.
Eeeeee Anitha urinkozi yikibi wewe😢😢😢
🤗🤗🤗🤗🤗🤗Muranyic
Anitha ivyobintu ukina bizokubuza uwugukunda
Aba Ari mukazi hewe🤣
Anitha wew intar yinkobwa🥺🥺🥺
Bakame nubwo biruko kugirango urokore ubuzima bwawe canke bwa bukeye neza niwemere umutwar Anitha kugirango uzomwishure ivyo yakoze vyose
Ndank anitha muriy film peeee yoooo mukm wnj weee numwicanyi
Ntimumwice
Muri bukeyeneza 💯 hagiyeee gushaaa wallah
Nkumbuy gasirida kl
Nanje ndamukumbuye
Oyada ndakwinginze Anita ntiwice bakam iyaba mwarimuzi uburyo murwanda tubakurikira ariko group yanjyeyose iragiruti bakame niyapfa duhite tuyihorera ubworero uramenye
Nanje Nazindutse unomunsi💃💃💃
Bukeyeneza iyonind cank numuduri
Bakame polesan courage turakwemer
Rekatwizerekwadapfa gusa anitha waturambieyep
We anith sha urumwans wurukundo
Reka singe angacomater kungira muze kuyirekura. Ngume nyibona 🤝
egoo Imana imutabare
Love 💕😘😘😘 bukeyenez na bakame twari tubakumbuye cn Bez bacu
Ewe Anita urumuntu mubi warigutumumubwira aguterinda ariko ntumwice Anita imanizokwica nkuko wicabandi
Anita ndakwank nomubuzim busanzw urinkoz yikib asha zurakin ror nziz bas urumunt mwiz ash iherez ryaw nirib
Yoooo.. Abakobwa . Nkabo.. Babaho. Kwer🤔🤔🤔🤔🤔😭😭😭😭😭😭😭😭
Yesuwe nukuri birababaje😩😩😩😩😩😩😩😩😩😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭
Yoooo bukeye neza yarigorewe
Naw Térésa urumugome nka Anitha
Yoo anith dagukunda ntumwice bakame kweri birababaje.
Bash amarira ararenz
Yooooh Anita urumwana mubi courage turabakunda
Irababaje kweri
Yooooo mana ngo anitha ngo nikamuchenzi🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Komerezaho
Mana bamwishe yoba ibishe pe.
Knd ahowosanga nomubuzima busajwe Anitha arikwameje??kk arabonekako arikoziyikibi j nahotwobadukundany akina nkuko nocandamuheba kk nahowomushiramunzu yohava agucumita ngwarigukina flms.Rukndo tv 💗💗💗💗💗 kiretse uyomwicanyi🇧🇮🇿🇦
Aba Ari mu kazi 🤣
Yimereye neza jeje,jewe Ndamukunda cane 😘
Jew ndamwanka numutim wanj wose
Anitha naw kwl numugeser ndk agamb yihe ibara ndk
Anitha manaw ntuhekure bukeyeneza mana king
anitha urumugome umwemubi manawe ubunyene uratanze bakama ngobamwice manawe rwanira bakame bamutabarize ataricwa nayahandi bukeye neza yosigarana akabonge
Arabamaze anita
Murakaza
Yewe anitha uzoburijuru
Anitha ibintu ukina wapi kweli birateye ubwoba
Akokana kubahwe karazigusenga
Antia ugire upfakazebukeyeneza mana tabarabaame umwiyereke nimana, 😭🙏
Ariko anihta uzogeza ryari kuba umugom mpore bukeyeneza lman izomuzigama 😭😭😭
Nihatari imana irikumwe nawebukeyeneza bakame agire apfe atabonye ipfurayiwe imana iramuregera
Courange 🥰🥰🥰
Iyifirime haribintumukina bitabaho harumukobwa yogumayicankuko naw ntibamwice
Courage Mr summy
Amen kibondo❤️❤️
Mwakinye neza ariko anita afatwe kwel
Aho igeze inteye amosozi
Bakame yopfa yobiha peeeee
Anitha burya utagowe iyo rôle baguhaye izohava igukomera pe abahungu baze baragutinya
Aba Ari mu kazi hewe😂
Mana yomwijuru tabara bakame arimume nyo yingw Anita ivyukora bite ye ubwob uzohava usanga vyabaye impamo gusa warimwiz😭😭😭😭
😝😝😝😝🤪
Anitha wowe urasara ice ihagarar bakm apfuy
Bakame Apfuy firime izobibishe
Mukaham birakomeyeee
Anitha yofuma apfa murabona ako kajagari ariko atera murukundo gwa bukeye Neza na Bakame
Anitha gezaho ubugome Wang ntahoburogushikana
Bukeyeneza humura lmana yumva amasengesho yabana bakame ntacyo araba
Tunyarukiriz
Couragee
Yooooo ndabinginze bakame bamutbare nimurondere gapiripiri ntimumwice
Yatanguye kumbihira imeze nkazimwe zabahindi zidahera
Very good 👍
Pls bakame akazopf bena Bukeyeneza muzoca muza murayiraban.kuk uwumugom wumwicanyi Anitha atofatw ngo mumukur munzira burundu.nn Bukeyeneza na bakame bazoronk amahoro ryar gayemw?
Ndamanyutse 😂
Uwomukobwa anitha yarahwihwe
Mana nziza tabara bakame,umukure mumaboko ya Anitha
Anita inngwanyiyurukundo🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Courage
Mutunyarukirize
Oya bakame ntapfe bukeyeneza atarabona vyombabaza
Mana tabara bakame
Пікірлер: 248
mana tabara bakame abaza nyuma mundemere like tumanze tuhatwike naho mpatswe gucerwa
@kludinaklo461
Жыл бұрын
𝗡𝗮𝗿𝗶𝗻𝗮𝘁𝗲𝘃𝘆𝗲 𝗺𝘂𝗿𝗲𝗸𝘂𝗿𝗲
Ndabakunda cane beza banje souf anitha❤❤❤❤
Love from GOGO LOVE OFFICIAL
Iki kigugu mwagikuyehe😹😹iyo ndirilbo iranyishe🤣🤣🤣courage beza ndabakunda havuyemwo Anitha
@talentwisemedia3330
Жыл бұрын
Vya vrai ni kigugu😂😂😂
@alimahahmedi6779
Жыл бұрын
@@talentwisemedia3330 non ivyo bintu agira ubona ari muzima🤦😃😃
@talentwisemedia3330
Жыл бұрын
Non uravye neza yoba yarasaze kweli?Cank Gusa ubivuga gus urabinz 🙊😂😂😂
@alimahahmedi6779
Жыл бұрын
@@talentwisemedia3330 wapi ntavyonzi nukwiterera inkuru
Kabenzi anit nuwo ntibuka izina hejuruu🤣🤣🤣🤣🤣👌🤗
jewe Anitha yaranyobeye cane Imana ibandanye yiyereka Bakame na Bukeyeneza courage ndabikundira -rwi Therèse narwo ivyo rukoze urambabaje gabany ubukozi bwikibi -mbega Bella na Kigeme bagiye hehe
ndagira icomvuze aruko ndayimaze ariko bukeye neza irateguye courage time mr sammy officie
Oya Bakame ntapfa ndavyizey ahoho yobiheze imana yimpuvyi Sha ndazi iratabara
Anitha ndagukunda courage mubakwank sindimwo ndazikurikukazi
@divinekezakimana4820
Жыл бұрын
Nanje jeje ndamwikundira cane💃
@alinesabiraguha3454
Жыл бұрын
Arakinana Ubu sérieux kwel
Don urikamuri kweli
Courage xana pol bukeyenez anith anzobahahamur warahi.
Bukeyenez twahasitse courage 💪💪💪💪💯💯💯💯💯
Arik Anitha we wiyunv kumwish uzob wungutse ikinog caw kizob kikiramay 💪💪💪🔥🔥
Shaaa nukuri itanguye kubiha kweli nimurabe muyiheze.ntakuntu mugihugu umuntu yoguma agira nabi ukwo kwose ntafatwe knd azwi.nimugire final iratanguy kubiha
Munguw Tereza naw arayamufashij bukeyeneza yihangane
Tulabakunda cane bakunzibacu bukeyeneza na Sammy
anitha arahumbwa namaze kubona film uko iteguye bakame yamaze kurokoka kuko baramubonye anitha aduga escarie mbega film iryoshe kandi ibabaje courage sammy courage bukeye neza courage anitha nanje nsinzobahemukira nzikwama ndabakunda bishobotse ninjire muri time sammy officie
Annitta wee urihanura 🙆♀️🙆♀️
Yooooo mana tabara bakame bukeyeneza mpore mwiza urahangayitse
Bakame ntapfa Imana yarinze Bukeye Neza arimpumyi yagiy kumunokora inzara. Niyo izakurinda Bakame
Yatanguye mfise agahinda 😥non birangiye ntwenze😂😂😂❤️❤️🔥🔥💯💯
Sha sibkn gs bibaho
Nice movie
Neza cane from 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Courage songa mbere
Bukeye Neza ndamukunda❤
Ndabakunda abakinyi beza
Mana weeee Anita Aho niwogezaho??Rek Umutim mubi Non uzogumuko Ntuzohinduka? Bukeyeneza Ihangan Iman yumvise Isengesho ryawa mwana
🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮💪murekure umurirowake.
Noneh mbona mushik wa bakame bakundany n bukey neza
Iyo bahera kuriwewe wankoziyikibiweeeeee Sa abakobwankabo babahokwer
Ndabakunda cane ariko bakame ntapfe
Anita courage niwe utumye film iryoha 😆😆
@aminaofficial2022
Жыл бұрын
Wapi niruveho kuko bukeyeneza na bakame ntamahoro bazopfa bararonse. Ubundi ho ntiborukura munzira
Ewe bukeye neza Pl sn ndarize kubwagahinda ufise😥😥😥😥😥
Anita. Natreza. Ntimuzigera mubabarigwa. I'mana nitabare bakame. Ntazopfe. Atabonye alanakiwe.
Eeeeee Anitha urinkozi yikibi wewe😢😢😢
🤗🤗🤗🤗🤗🤗Muranyic
Anitha ivyobintu ukina bizokubuza uwugukunda
@divinekezakimana4820
Жыл бұрын
Aba Ari mukazi hewe🤣
Anitha wew intar yinkobwa🥺🥺🥺
Bakame nubwo biruko kugirango urokore ubuzima bwawe canke bwa bukeye neza niwemere umutwar Anitha kugirango uzomwishure ivyo yakoze vyose
Ndank anitha muriy film peeee yoooo mukm wnj weee numwicanyi
Ntimumwice
Muri bukeyeneza 💯 hagiyeee gushaaa wallah
Nkumbuy gasirida kl
@chachachany9410
Жыл бұрын
Nanje ndamukumbuye
@rwemarikamodeste143
Жыл бұрын
Oyada ndakwinginze Anita ntiwice bakam iyaba mwarimuzi uburyo murwanda tubakurikira ariko group yanjyeyose iragiruti bakame niyapfa duhite tuyihorera ubworero uramenye
Nanje Nazindutse unomunsi💃💃💃
@nahayoathanasi6896
Жыл бұрын
Bukeyeneza iyonind cank numuduri
Bakame polesan courage turakwemer
Rekatwizerekwadapfa gusa anitha waturambieyep
We anith sha urumwans wurukundo
Reka singe angacomater kungira muze kuyirekura. Ngume nyibona 🤝
@abubakarngenzi3589
Жыл бұрын
egoo Imana imutabare
Love 💕😘😘😘 bukeyenez na bakame twari tubakumbuye cn Bez bacu
Ewe Anita urumuntu mubi warigutumumubwira aguterinda ariko ntumwice Anita imanizokwica nkuko wicabandi
Anita ndakwank nomubuzim busanzw urinkoz yikib asha zurakin ror nziz bas urumunt mwiz ash iherez ryaw nirib
Yoooo.. Abakobwa . Nkabo.. Babaho. Kwer🤔🤔🤔🤔🤔😭😭😭😭😭😭😭😭
Yesuwe nukuri birababaje😩😩😩😩😩😩😩😩😩😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭
Yoooo bukeye neza yarigorewe
Naw Térésa urumugome nka Anitha
Yoo anith dagukunda ntumwice bakame kweri birababaje.
Bash amarira ararenz
Yooooh Anita urumwana mubi courage turabakunda
Irababaje kweri
Yooooo mana ngo anitha ngo nikamuchenzi🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Komerezaho
Mana bamwishe yoba ibishe pe.
Knd ahowosanga nomubuzima busajwe Anitha arikwameje??kk arabonekako arikoziyikibi j nahotwobadukundany akina nkuko nocandamuheba kk nahowomushiramunzu yohava agucumita ngwarigukina flms.Rukndo tv 💗💗💗💗💗 kiretse uyomwicanyi🇧🇮🇿🇦
@divinekezakimana4820
Жыл бұрын
Aba Ari mu kazi 🤣
@divinekezakimana4820
Жыл бұрын
Yimereye neza jeje,jewe Ndamukunda cane 😘
@erickmufugizi5508
Жыл бұрын
Jew ndamwanka numutim wanj wose
Anitha naw kwl numugeser ndk agamb yihe ibara ndk
@anithairakoze4821
Жыл бұрын
Anitha manaw ntuhekure bukeyeneza mana king
anitha urumugome umwemubi manawe ubunyene uratanze bakama ngobamwice manawe rwanira bakame bamutabarize ataricwa nayahandi bukeye neza yosigarana akabonge
Arabamaze anita
Murakaza
Yewe anitha uzoburijuru
Anitha ibintu ukina wapi kweli birateye ubwoba
Akokana kubahwe karazigusenga
Antia ugire upfakazebukeyeneza mana tabarabaame umwiyereke nimana, 😭🙏
@user-pi4ib7ql4d
Жыл бұрын
Ariko anihta uzogeza ryari kuba umugom mpore bukeyeneza lman izomuzigama 😭😭😭
@cynthiaariwecycyuwimanayat7337
Жыл бұрын
Nihatari imana irikumwe nawebukeyeneza bakame agire apfe atabonye ipfurayiwe imana iramuregera
Courange 🥰🥰🥰
Iyifirime haribintumukina bitabaho harumukobwa yogumayicankuko naw ntibamwice
Courage Mr summy
Amen kibondo❤️❤️
Mwakinye neza ariko anita afatwe kwel
Aho igeze inteye amosozi
Bakame yopfa yobiha peeeee
Anitha burya utagowe iyo rôle baguhaye izohava igukomera pe abahungu baze baragutinya
@divinekezakimana4820
Жыл бұрын
Aba Ari mu kazi hewe😂
Mana yomwijuru tabara bakame arimume nyo yingw Anita ivyukora bite ye ubwob uzohava usanga vyabaye impamo gusa warimwiz😭😭😭😭
@nasserjamil5584