Ir GAHUTU Rémy yishwe ahawe uburuzi kubufatanye bwa Leta ya Tanzania niy'Uburundi.
Uraduha suite
RIP our hero Gahutu Remmy you fought for hutu Liberty now we live peacefully
Nanezerewe nukwumviriza uyu Muzehe! Wakoze Kenny kwiki kiganiro.
Uwo nakuze ndamwumva GN Mbanzamihigo
Nihatari
Bjr Musaza. Ivyo vya Buyoya ( Paris) nukuri kuzima. Rwasa niwe yishe iigambi yose. Il était à la solde du Président Buyoya.
Baza umukobwa wa Kinama aracariho kandi azi amakuru menshi naho avanga ibintu nawenyene.
Nashaka KO munshira mûri groupe Bimenye ntaco bitwaye.
Le vieux sage Nepomuscène mes respects !!
Ikiganiro niciza ariko harimwo imiziki namajwi meshi yabantu bimwe ntituvyumva murakoze
Ivyo uwo mutama avuze ko idarapo ryakorotse incuro kabiri nukuri ntabesha kuko nanje niho nari nibereye uyo musi. Nabo bosi bafashwe bari ababanyi banje. Natwe twarashwiragiye mumashamba. Iyonkuru arikubisigura neza nkuko vyagunze. Kenny Claude ushaka amakuru yarenze ngaho ndoyaguha kuko jewe ndibera mukambi ya Katumba Tanzania Kandi ndari mubari barongoye nabandi mumugambwe. Yabivuze ariko ntakubwiye imvo nimvano yukugirango afatwe kuko harimo abarundi babigize mwuruhara, abarundi nabonye bari bafise umugambwe.runaka.
Пікірлер: 13

@nestorsengiyumva1033
Жыл бұрын