Asa nk'uyo - AMAGABA OFFICIAL VIDEO

Музыка

Iyi ndirimbo ivug umwigeme w'igitangaza asa nkuwo. Yabonye umwigeme amuruhura akamuhumuriza umutima. yaramwinginze,aramwinginga kandi , kuko yabonako ageze gushinga urugo. kanatsinda gushinga urugo ni babiri.
Cette chanson raconte l'histoire d'une fille merveilleuse. il trouva la fille le réconfortante. il la supplia et la supplia encore, car il voyait qu'il etait temp de se marier. et gagner un mariage c'est deux.
This song tells the story of a wonderful girl. he found the girl comforting him. he begged her and begged her again, for he saw that it was time to get married. and winning a marriage is two.
Yanditswe na : Rémy NISHUMBUSHA
Ibitero vyatewe na : Andy IYANGABIYE , Annick AKIMANA, Rémy NISHUMBUSHA
Iririmbwa n'umugwi Troupe AMAGABA 2020
Audio: M.A Production
Video : The Cherif Production

Пікірлер: 83

  • @cizaemmanuel1227
    @cizaemmanuel12274 жыл бұрын

    Nuwanka urukwavu aravuga korunyaruka ninziza kabisa abarundi barashoboye Amagaba oyeeeee

  • @georgekadotso5823
    @georgekadotso58233 жыл бұрын

    Love Burundi Traditional music especially Amagaba they r the best♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️ from Zimbabwe am always following them

  • @mucoierra-lorine6212

    @mucoierra-lorine6212

    2 жыл бұрын

    U r right i find that this club represents our culture the most...thank you for liking our songs

  • @kwizeramireille3535
    @kwizeramireille35354 жыл бұрын

    Waoouuhhh my team ndabakunda numutima wanje wose,,,ndabasabiy Imigisha iva mwijuru ,,,ugutera imbere kubabekoooo imyaka yose,,,

  • @ntakarutimanaadeline9639
    @ntakarutimanaadeline96395 ай бұрын

    Akaranga diiii...terimbereee

  • @shellalyhaffeez9038
    @shellalyhaffeez9038 Жыл бұрын

    Nukuraba mukaduha akandi kbx

  • @klacsanzky77
    @klacsanzky772 жыл бұрын

    I am from the U.S. and enjoy this music as well. Positive music is felt around the world :)

  • @Budkar100
    @Budkar100 Жыл бұрын

    Amagaba! Vous etes magnifique! Muri mwiza we!

  • @alida-nadegeirankunda1395
    @alida-nadegeirankunda13954 жыл бұрын

    Ndabakunda cane nzokwama ndabakurikirana from America ❤️❤️❤️

  • @toussaintherosize334

    @toussaintherosize334

    3 жыл бұрын

    Yaàaaaga

  • @nduwimanajackson1195
    @nduwimanajackson1195 Жыл бұрын

    Mukomeze kwerekana akaranga kuburundi

  • @Rugemamyampi
    @Rugemamyampi4 жыл бұрын

    the hard work and the contribution in promoting our Burundian culture show your result! Nice song..AMAGABA forever

  • @nzitondaantoine6315
    @nzitondaantoine63154 жыл бұрын

    Ndabemera cne mwebwe🇧🇮💪

  • @alain-fleuryiradukunda4343
    @alain-fleuryiradukunda43434 жыл бұрын

    Andy Chanel kumbe urafise talent nkiyo ga man? Nice song kabisa. Bandanya mutera imbere

  • @geraldniyirinda8071
    @geraldniyirinda80714 жыл бұрын

    Mwakoze benewacyu.

  • @jesusmarienkurunziza5178
    @jesusmarienkurunziza51784 жыл бұрын

    Bisa neza cane. Muterimbere gose

  • @naimasheikh3802
    @naimasheikh38023 жыл бұрын

    😍ndabakunda😘😍

  • @LPMagical
    @LPMagical3 жыл бұрын

    hahaha this deserve more views !! I like it soo much

  • @furahandabadugiste6158
    @furahandabadugiste61582 жыл бұрын

    Waramuhendahenze@🇧🇮🇧🇮😄love you guys Burundi yano

  • @dianaumuhoza5677
    @dianaumuhoza56773 жыл бұрын

    Nanjye ndabakunda rwose murabahanga from Rwandan

  • @sangwajdedieu3050
    @sangwajdedieu3050Ай бұрын

    I love burundian peoples

  • @lionelhakizimana7866
    @lionelhakizimana786611 ай бұрын

    Nice song 🇧🇮💪

  • @KING-kv1pe
    @KING-kv1pe4 жыл бұрын

    Courage akiwacu nimuzohemukire akaranga kacu

  • @vanessairakoze1625
    @vanessairakoze16254 жыл бұрын

    Waouuuuuu niw'sa nkuyooo... AMAGABA

  • @blandinemisago6621
    @blandinemisago6621 Жыл бұрын

    Turabishimiye,

  • @sandrineniyondiko4870
    @sandrineniyondiko48704 жыл бұрын

    Nice vrmaaa... Akiwacuu...

  • @josephinegahugano6148
    @josephinegahugano61483 жыл бұрын

    Uruvyino rumaze inyota,ese iyo nom y'a club,mwokongerako Burundi ,hamwe musohoye uruvyino rushasha,uwariwe wese,acamenyako ari igikorwa ciza c'i Burundi.

  • @regisntahe564
    @regisntahe5644 жыл бұрын

    Nice Song..+257🇧🇮🇧🇮❤️

  • @iradukundaarsene83
    @iradukundaarsene834 жыл бұрын

    It's nice song...courage my people!!!

  • @urlichbertyishimwe9214
    @urlichbertyishimwe92144 жыл бұрын

    Hallaaa de la troupee

  • @negrithairakoze1049
    @negrithairakoze10494 жыл бұрын

    Video yamateka vremaaa wouuu ndabifurije kuguma muja imberee😘😘😘😘

  • @iwacuallsportnews745
    @iwacuallsportnews7454 жыл бұрын

    Wow imico kama is my favorite ❤️🙏🏾

  • @toussaintherosize334
    @toussaintherosize3343 жыл бұрын

    Nice song🇧🇮🇧🇮

  • @negrithairakoze1049
    @negrithairakoze10494 жыл бұрын

    Halaaaa Amagabaaaaa muratovyeee

  • @falashayehoud1469
    @falashayehoud14694 жыл бұрын

    I agree with the song

  • @habimporegustave3479
    @habimporegustave34794 жыл бұрын

    Umuco n'akaranga vy'Igihugu ..... Burundi In First keep your chins up dear brothers and sisters ...

  • @aheza257
    @aheza2573 жыл бұрын

    Mvug'iki ndek'iki?? Kurukundo mfitiwe akaranga k'iwacu, murashoboye kuba mumaze inyota. 👍👍👍

  • @claudemasabo5579
    @claudemasabo55793 жыл бұрын

    Haaalaaaaa amagaba Hayagwe amagaba hrambe amagaba turakuy ishapo

  • @neemajose1576
    @neemajose15763 жыл бұрын

    ndabakunda cane .love from Flip-G Tv

  • @jafakarerwa1202
    @jafakarerwa12024 жыл бұрын

    nice ! shot in china/asia apparently

  • @jeanmariendorere6019
    @jeanmariendorere60193 жыл бұрын

    biraryoshe kandi birahimbaye iyo abarundi n abarundikazi batamba ikirundi tera muja imbere nk umuzinga

  • @shugwenice5169
    @shugwenice51694 жыл бұрын

    🔥Nice song hala amagaba

  • @marleyyanngrey2304
    @marleyyanngrey23043 жыл бұрын

    Kabisaaa🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @didierbig1
    @didierbig14 жыл бұрын

    Ack-nicky safi sana 👍

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day1093 жыл бұрын

    Back home to my Roots ✊🏾🇧🇮

  • @foziarakotobe200
    @foziarakotobe2003 жыл бұрын

    C'est beau

  • @belisenishimwe5936
    @belisenishimwe59364 жыл бұрын

    Nice i love them🎵🔥

  • @josianenagito7275
    @josianenagito7275 Жыл бұрын

    I AM STILL WAITING AYA BA DADDY YAPAN ROYALS POWERFUL OHHHHHHHHHHHHHHHHHHHHHHH FOREVER OHHHHHHHHHHHHHHH WHAY YEAR WAS THAT THEY TOOK YOU IN TO SHOW YOU MY TRUTH???????????? HEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEE

  • @fabricemugisha5864
    @fabricemugisha58644 жыл бұрын

    Good work

  • @murengeraelvis8423
    @murengeraelvis84233 жыл бұрын

    Ndabakunda cane

  • @mkanulamajid500
    @mkanulamajid5003 жыл бұрын

    Ininowa

  • @kampimbarefidesfides2400
    @kampimbarefidesfides24003 жыл бұрын

    Abaundi turahoboye

  • @machairadukunda6575
    @machairadukunda65753 жыл бұрын

    Waouh 🇧🇮😘😘😘

  • @jeanpaulrukerandanga1841
    @jeanpaulrukerandanga18414 жыл бұрын

    Good song

  • @arlenekamikazi9775
    @arlenekamikazi97754 жыл бұрын

    i love the song bog up Amagaba

  • @arlenekamikazi9775

    @arlenekamikazi9775

    4 жыл бұрын

    big up

  • @arlenekamikazi9775

    @arlenekamikazi9775

    4 жыл бұрын

    sweet voice 😘

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle81673 жыл бұрын

    The video was taken in Europe,l see that building,it seems was in fall time

  • @thingstoknow5129
    @thingstoknow51292 жыл бұрын

    J'adore cette chanson ❤❤

  • @jeanpaulniyongabo4669
    @jeanpaulniyongabo46693 жыл бұрын

    I like the song. It is so fantastic

  • @amenahalshahrani112
    @amenahalshahrani1123 жыл бұрын

    Love you 🇧🇮🇧🇮

  • @IrAub
    @IrAub4 жыл бұрын

    Nice duty🇧🇮🇧🇮🇧🇮 👌i lov this tradition music

  • @francinehakizimana1896
    @francinehakizimana18962 жыл бұрын

    Je vs aime tellement

  • @munezeroingrid3890
    @munezeroingrid38902 жыл бұрын

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮👌

  • @egidensavyimana3962
    @egidensavyimana39624 жыл бұрын

    Amagabaaaaaaa

  • @basympa3793
    @basympa37934 жыл бұрын

    Amagaaaaaba

  • @picturesthatspeak9156

    @picturesthatspeak9156

    4 жыл бұрын

    Yamane ubutwari

  • @burundipixelproduction3326
    @burundipixelproduction33264 жыл бұрын

    vyiza caan

  • @ntiharirizwainnocent5707
    @ntiharirizwainnocent57074 жыл бұрын

    hala amagaba

  • @kumurunditv6994
    @kumurunditv69944 жыл бұрын

    Akiwacu

  • @styvespopkrura5613
    @styvespopkrura56134 жыл бұрын

    Muter mujimbere AMAGABA

  • @OrivellaIrankunda-vi1mq
    @OrivellaIrankunda-vi1mq Жыл бұрын

    ❤😮😮

  • @dieudonnehatungimana8074
    @dieudonnehatungimana80743 жыл бұрын

    😍😍😍

  • @musodatv
    @musodatv3 жыл бұрын

    kore kore batama

  • @carmellemukunzi9848
    @carmellemukunzi98483 жыл бұрын

    😍😍😍😍😍😍😍😍

  • @desirehabonimana5731
    @desirehabonimana57314 жыл бұрын

    Ndabemera cane benewacu mukaranga kandi ndabipfuriza gushika kure harusha aho mwiyumvira kuko ahari ishaka harashika Haaaaallllaaaa AMAGABA #Bienfait tjrs

  • @tnob4592
    @tnob45923 жыл бұрын

    👍👍👍👍👍

  • @clotilidembwigiri162
    @clotilidembwigiri1624 жыл бұрын

    Murashobye

  • @nkljk0170
    @nkljk01704 жыл бұрын

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @bebika8106
    @bebika81064 жыл бұрын

    ❤️🥰🇧🇮

Келесі