ARAMPISHA BY Miriam

Turabahaye Kaze mwese mukurirkirana indirimbo zacu ngo mudufashe gusangiza abandi Ubu butumwa bubashe kugera kure
mwipfuza ico mubaza ndayizeyemiriam@gmail.com
wathap +257 69 072 544

Пікірлер: 134

  • @nduwimanafrancoise4679
    @nduwimanafrancoise46796 ай бұрын

    Ba Miriam banye bafise ijwi ryiza.nigihe abisirayeli Bari bajabutse ikiyaga gitukura Miriam yateye indirimbo zamashimwe.Yesu amukomeze amushikane kunzozi ziwe.Amen

  • @stevenjoshua1894
    @stevenjoshua189411 ай бұрын

    😢Haleluaaaaaaa ahora ampisha imisi yooose ndamushimiye Kristo Yesu.ndi Bruxelles ndahezagirwa caaaane niyi ndirimbo

  • @vitalmbazumutima1259

    @vitalmbazumutima1259

    18 күн бұрын

    Azokwama aguhisha.Yesu aguhezagire.

  • @leverienndayitwayeko
    @leverienndayitwayeko Жыл бұрын

    Amen Yesu rampisha kabisa🗣️

  • @zamzamalhanayy5505
    @zamzamalhanayy5505 Жыл бұрын

    Hallelujah Amena 🔥🔥 ndafashwa cane niyi ndirimbo Imana iguhezagire ibihetangabo kenshi 👏👏

  • @stevenharutimana7035
    @stevenharutimana7035 Жыл бұрын

    Yesu ashimwe kubwiy'indirimbo

  • @claudenesja
    @claudenesja Жыл бұрын

    Tu es ma refuge mon Jésus👏👏👏

  • @vianeynibigira8829

    @vianeynibigira8829

    10 ай бұрын

    Tu es mon retuge

  • @KubimburaSchadrack
    @KubimburaSchadrackАй бұрын

    Urakoze cyane mukozi w'lmana iyi ndirimbo irafasha cyane nyiririmba nka 4 kumusi

  • @user-wi6wz1xn4b
    @user-wi6wz1xn4b4 ай бұрын

    Yesu ni mwiza cn nkr uhoraho agukomeze maman akwonger amavuta turahezagirwa cne ahora aduhisha nkr

  • @romainnduwimana8968
    @romainnduwimana896810 ай бұрын

    Imana yagure impano yawe

  • @user-gv6hg6kz4s
    @user-gv6hg6kz4s10 ай бұрын

    Amen kabisa

  • @bahativalentin6306
    @bahativalentin6306 Жыл бұрын

    😢😢😢😢 i really being attracted by this woman's messages couraged everybody who followed Jesus christ as our king that he never let us fall dwon. God bless Miriam. We love❤it from south Africa

  • @AmosBukuru-yc6bv

    @AmosBukuru-yc6bv

    7 ай бұрын

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @sugarboy4576
    @sugarboy457610 ай бұрын

    Amen yesu ahorampisha kbs muhezagirwe bakozi bimana

  • @mamanmuhoza5684
    @mamanmuhoza56843 ай бұрын

    Amen Amen araduhisha koko yesu adupfumbase mu kuboko ❤

  • @HAKIZIMANAEmmanuel-lq4dm
    @HAKIZIMANAEmmanuel-lq4dm3 ай бұрын

    Amen Amen Mamy wanje izindirimbo zawe zirandemesha

  • @vestinebizimana6059
    @vestinebizimana605910 ай бұрын

    Nukuri Amina

  • @user-vm7hy1sk2r
    @user-vm7hy1sk2r10 ай бұрын

    Ampfumbase mukuboko 🤏🤏😥

  • @iteritekajoselyne8144
    @iteritekajoselyne81447 ай бұрын

    Iyindimbo irafasha gose numva nduhutse nukur YESU abahe umugisha ❤

  • @jeanineniyonsaba2047
    @jeanineniyonsaba2047 Жыл бұрын

    Mana nihonkiboniyicano.Amen ndafashijwe cane.Imanibajimbere

  • @didieriratubona7612
    @didieriratubona76127 ай бұрын

    Hallelujah 🙌 Uhoraho abishimirwe caaane ❤❤❤❤❤🎉

  • @miriamndayizeye4447
    @miriamndayizeye4447 Жыл бұрын

    Murakoze caaane Imana ibamper umugisha ndabakunda caane nanje

  • @mariammunezero2444

    @mariammunezero2444

    Жыл бұрын

    Umugish ❤

  • @user-vp8to4hm3r

    @user-vp8to4hm3r

    Жыл бұрын

    Mwondosa nimero y msriamu

  • @user-ho3cn2kp4q
    @user-ho3cn2kp4q4 ай бұрын

    Najew ahorampisha nukuri yesu nimwiza

  • @DiogeneMajambere

    @DiogeneMajambere

    3 ай бұрын

    Najew nuko nyene Yesu ahora ampisha

  • @bayubaheevelyn
    @bayubaheevelyn Жыл бұрын

    Yoo iyicano ndayibony nteba yesu abamper umugisha kubwiyi ndirimb

  • @elvisntakirutimana1667
    @elvisntakirutimana1667 Жыл бұрын

    Amen amen,murakoze cane iyindirimbo iramfashije cane Imana ibashigikire cane kand muhabw'umugisha n'Imana

  • @stevenjoshua1894
    @stevenjoshua189411 ай бұрын

    ❤ Ameeen ndafashijwe 😢😢 mukozi w'Imana. Imana iguhezagire caaane

  • @bayubaheevelyn
    @bayubaheevelyn Жыл бұрын

    Yoo gira umugisha warahezagiwe nandihop

  • @imyidagaduro
    @imyidagaduro Жыл бұрын

    Hezagigwa hezagirwa imana ibage umugisha

  • @paickapeaceBeni-qb1jz
    @paickapeaceBeni-qb1jz Жыл бұрын

    Murampezagira caaane Yesu abasubirize ahomwakuye

  • @ClaudineNtakirutimana-ml1xh
    @ClaudineNtakirutimana-ml1xh10 ай бұрын

    Yes'araduhisha

  • @NdayishimiyeFredane
    @NdayishimiyeFredane4 ай бұрын

    Imana ibakomeze ibahe umugisha muririmba neza cane ivyubakumutima

  • @user-iv4et7gf7p
    @user-iv4et7gf7p Жыл бұрын

    Amen.mubandany gihezagirwa

  • @niyonkurujeanine4266
    @niyonkurujeanine42666 ай бұрын

    Iyi ndirimbo iramfasha bikwiye uhezagigwe cane wewe wayihawe ukayidushikiriza

  • @OlivierManirambona-su6ey
    @OlivierManirambona-su6ey6 ай бұрын

    Amen cane

  • @LaurenceNiyonkuru-bo2mz
    @LaurenceNiyonkuru-bo2mz Жыл бұрын

    amavuta menshi mwiza wanj yesu akomez kugushigikira muri vyose urampezagira

  • @vyukusengerichard7815
    @vyukusengerichard7815 Жыл бұрын

    Yesu agukomeze cane Imana igushoboze KK birimwo Yesu uzocubandanya kubikora neza

  • @miriamndayizeye4447

    @miriamndayizeye4447

    Жыл бұрын

    Amen nshobozwa vyoooose n'a YESU ampinkomezi😊

  • @hindukatv6053
    @hindukatv6053 Жыл бұрын

    Amen& congratulations my sister may God help.

  • @ismaelniyongere473
    @ismaelniyongere473Ай бұрын

    Yesu araduhisha numwizigirwa

  • @izibikwiyegrace485
    @izibikwiyegrace48510 ай бұрын

    YesuCristo. arampisha impande zose🙏🙏🙏🙏🙏👏👏👏👏👏🙌🙌🙌🙌🙌❤❤❤❤❤❤❤

  • @VanessaGAHIMBARE

    @VanessaGAHIMBARE

    7 ай бұрын

    Yoo Yesu wanje😭wew urampisha uhor umpisha ahatamagogwa yosanga urapfumbase mukuboko .Imana igukomeze muvyeyi uranduhur umutim nkongegwa inkomezi murugendo Amen

  • @mamancheiilla0fficial
    @mamancheiilla0fficial3 ай бұрын

    Amen Amen 🙏🙌

  • @biziyaremyejeanpierre8054
    @biziyaremyejeanpierre80546 ай бұрын

    Imana iguhe umugisha mwishi mama urafashije disi

  • @emmanuelminani2211
    @emmanuelminani2211 Жыл бұрын

    Mutere mujimbere turabakunda

  • @GrausiManirambona-yn6do
    @GrausiManirambona-yn6do22 күн бұрын

    Amen mugire umigisha

  • @user-tn3lt7qw2d
    @user-tn3lt7qw2d4 ай бұрын

    Murakoze Bashik Bacu b'Iburundi

  • @AriellaBukeyeneza
    @AriellaBukeyeneza21 күн бұрын

    Amen amen yesaraduhisha 👍👍🙏🙏🙏

  • @SolangeMunezero-uc3in
    @SolangeMunezero-uc3inАй бұрын

    Araduhish kbx 🙌🙌🙌🙌

  • @nahimanaeric3093
    @nahimanaeric3093 Жыл бұрын

    Courage ubikora neza

  • @AliFaxi-Mille
    @AliFaxi-Mille3 ай бұрын

    😢😢😢Yesu nukur ndizera kumpisha😢😢❤

  • @violettendayikengurukiye
    @violettendayikengurukiye6 ай бұрын

    Amen yesu arampisha🎉🎉🎉🎉

  • @user-wt1nb9jh8y
    @user-wt1nb9jh8y2 ай бұрын

    ❤❤❤yesu anfumbase mukobo aragahezagirwa

  • @user-jm2sm9kn4k
    @user-jm2sm9kn4k8 ай бұрын

    Amen ndafashw can niy ndirimb

  • @user-uy9vk2ox8t
    @user-uy9vk2ox8t2 ай бұрын

    Nukuri arampisha nanje

  • @mariamundayikengurikiye9266
    @mariamundayikengurikiye9266 Жыл бұрын

    Amen,komeza mazina yanje,lmana liwambike lnkomezi

  • @MpawenimanaLievain-wm4qk
    @MpawenimanaLievain-wm4qk9 ай бұрын

    Ndafashwa cane nubutumwa utanga mundirimbo zawe

  • @Diakita634
    @Diakita634 Жыл бұрын

    Hallelujah, praise God

  • @GerardNdihokubwayo-tr8xz
    @GerardNdihokubwayo-tr8xz4 ай бұрын

    Amen!muhezagirwe cane.

  • @GeorgetteNzeyimana-fi6ln
    @GeorgetteNzeyimana-fi6ln Жыл бұрын

    Amen.Yesu abakomeze.ndabakundaaaa

  • @enockirambona367
    @enockirambona367 Жыл бұрын

    Imana iguhunde umugisha Va de l'avant ❤

  • @signolinenikiza3710
    @signolinenikiza37105 ай бұрын

    Indirimbo zawe,zirubaka cane ,ndagukunda mbony nteba iyi adrss yawe

  • @joselynenshimirimana8583
    @joselynenshimirimana85839 ай бұрын

    Amen amen amen y'ama yamfumbase jeho

  • @ThierryIRAKOZE-yq5pp
    @ThierryIRAKOZE-yq5pp5 ай бұрын

    ❤❤❤❤nciy nkumburi kwitegurira ijuru mukomeze bagenzi❤❤❤❤❤

  • @user-kn8fp5tq5o
    @user-kn8fp5tq5o8 ай бұрын

    Amen Ndafashijw cane

  • @ericsonofj713
    @ericsonofj713 Жыл бұрын

    Big up sana mikobwa wisiyoni.courage iriko ubikora neza

  • @ManirakizaInnocent-ck2gb
    @ManirakizaInnocent-ck2gb Жыл бұрын

    Ibibikogwa uriko urakora Imana nibibemwo mushiki wacu uraduhezagira caaane kabisa iguhumugisha.

  • @jeanvinnent3075

    @jeanvinnent3075

    Жыл бұрын

    Courage

  • @mugishadiane16

    @mugishadiane16

    Жыл бұрын

    Iman ibahezagire 🙏🙏

  • @doucineigiraneza933
    @doucineigiraneza933 Жыл бұрын

    Amen Amen mubalikiwe Sana 🙏

  • @alicemugisha7948
    @alicemugisha7948 Жыл бұрын

    Ameeen!courage mwene mama lmana twizeye ntizodukoza isoni

  • @miriamndayizeye4447

    @miriamndayizeye4447

    Жыл бұрын

    Amen amen amen

  • @user-it1ho7ri7v
    @user-it1ho7ri7v6 ай бұрын

    Amen ndabakunze❤

  • @YollandeBayubahe
    @YollandeBayubahe3 ай бұрын

    Amen irampezagira cane

  • @Janeostiby
    @Janeostiby2 ай бұрын

    Muhezagigwe

  • @emilenzisabira9410
    @emilenzisabira9410 Жыл бұрын

    Songa mbele!!!

  • @miriamndayizeye4447

    @miriamndayizeye4447

    Жыл бұрын

    Ameeen

  • @kevinndayihimbaze4244
    @kevinndayihimbaze4244 Жыл бұрын

    Amen Yesu arampisha

  • @appolinekwizera2501
    @appolinekwizera2501 Жыл бұрын

    Courage ma soeur nineza kweri jewe nije vyananiye kweri ❤

  • @irakozezabulon622
    @irakozezabulon622 Жыл бұрын

    Courage maman

  • @user-dy7pg2bo8y
    @user-dy7pg2bo8y5 ай бұрын

    Mubarikiwe

  • @derricknkeshimana5769
    @derricknkeshimana5769 Жыл бұрын

    Uyu muhogo warahezagiwe natwe uraduhezagira cane

  • @yvesniyonzima8727
    @yvesniyonzima8727 Жыл бұрын

    Hallelujah

  • @hakizimanaemile9685
    @hakizimanaemile9685 Жыл бұрын

    Amen 🙏 🙏 🙏 🙏 Hezagirwa ❤

  • @phainettendahabonyimana
    @phainettendahabonyimana2 ай бұрын

    Nanj yarampishyje

  • @fabriceitangishaka9904
    @fabriceitangishaka9904 Жыл бұрын

    Aamen🥰🥰

  • @aimablemugisha9163
    @aimablemugisha916311 ай бұрын

    amennn🎉

  • @user-jq7nv2fk6n
    @user-jq7nv2fk6n6 ай бұрын

    AMEN AMEN . UHORAHO ashishikare kubakoresha ivy'ubuhizi mwizina rya YESU KRISTO AMEN

  • @elineiracampa2613
    @elineiracampa2613 Жыл бұрын

    Halleluyaaa

  • @yamfashijerosette7094
    @yamfashijerosette70944 ай бұрын

    🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏arampfumbase 👍

  • @madamechemba3720
    @madamechemba3720 Жыл бұрын

    ❤❤❤ from Kamikazi

  • @floridendayisaba7860

    @floridendayisaba7860

    Жыл бұрын

    Haleluyaaaaa

  • @dusengimjohndavid
    @dusengimjohndavidАй бұрын

    Halelua Amen Amen

  • @estellatuyikeze6462
    @estellatuyikeze64625 ай бұрын

    Ndujujwe caane

  • @Niyokwizigirwamenedora
    @Niyokwizigirwamenedora Жыл бұрын

    Amen 🙏🙏🙏🙏🙏

  • @dariedoucinekanyange5071
    @dariedoucinekanyange507110 ай бұрын

    ❤❤❤❤❤

  • @iidd6782
    @iidd6782 Жыл бұрын

    Amen

  • @lameckliam8598
    @lameckliam85989 ай бұрын

    ❤ ooooo haleluyaaaaaaa

  • @izibikwiyegrace485
    @izibikwiyegrace4858 ай бұрын

    Ameniii 🙏 🙏 🙏 🙏 ❤❤❤

  • @NiyomwungereJackson
    @NiyomwungereJackson6 ай бұрын

    Amen amen

  • @nihorimberedorine9945
    @nihorimberedorine99459 ай бұрын

    Amen Amen

  • @user-nt4ri5ey2p
    @user-nt4ri5ey2p9 ай бұрын

    Amen Amen 🙏🙏.

  • @mwavithaniyburana932
    @mwavithaniyburana9323 ай бұрын

    Halelua Halelua

  • @olivellalightofflcial636
    @olivellalightofflcial636 Жыл бұрын

    Amen Amen🙇‍♂️🙇‍♂️🙇‍♂️🙇‍♂️💃💃💃💃💃👌👌👌👌👌👌👌👌👌👌👌👌👌

  • @niyodaty9808
    @niyodaty98088 ай бұрын

    Ntahandi twakwihisha usibye muri Yesuu wenyine 🙌🙌🙏ndafashijwe😢😢

  • @remyniyimubona-yo2dh
    @remyniyimubona-yo2dh3 ай бұрын

    Amen🎉🎉

  • @happy-ricfamilysemior9698
    @happy-ricfamilysemior9698 Жыл бұрын

    Komera

  • @mariammunezero2444

    @mariammunezero2444

    Жыл бұрын

    Igice 3 indirimbo ndaguy turagishak muhezagirw

  • @ariellakankurize6216
    @ariellakankurize6216 Жыл бұрын

    Uhezagigw caane

  • @severinbizimana4981
    @severinbizimana4981 Жыл бұрын

    This song is So excited

  • @sylvie62621
    @sylvie62621 Жыл бұрын

    Amen hallelujah 🖐️🤚🙏🙏🙏