Kimwe muvyerekana ko amajambo y'umukuru w'igihugu mubijanye no kurwanya ibiturire n'ubunyonyezi anyuranye n'ibikorwa vyiwe.🎧Bob Rugurika
😢
Président Domitien, yiyubakiye akazu ati "Ivyabahutu vyovyo murabibona".
Ubwobutunzi nubwasahuwe abene gihugu nibufatwe busubize benebwo ivyasahuwe muri Leta bisubizwe mubigega vyigihugu,hama ubutungane bukore akazi kabwo
🤣🤣🤣
Ako kagabo ngo ni Bob Rugurika,kagiye kwicwa nagahinda hamwe nishari,mugahinga kagaramanye mwo agahiri.!!!!!
Invugakuri muburundi ziriho nubwo zigwanwa nabobasuma ariko imana ivuze irashitsa
Muravugamake kuko benevyo baraziko ibivugwa arukuri ariko bagamitse izosi nkindakogwako ariko ntawugwana nimana,amarira namaborogo yimpfuvyi nabapfakazi ninzirakarengane imana yahagurutse kuzigwanira
Ikindi harabafise izo misdion zokwamamaza ukuri kugahinduka ikinyoma,ikinyoma kigahinduka ukuri,musa nurunyondwi gumiye kurushato inka yariwe,benevyo kobatava mugacerere ngobabibeshuze,nukobaziko arukuri kndi ubuvugishwa butandukanye bwaravuzwe bigira sindabibazwa,ariko imana yihagurukiye kandi izoshira ibintu kurutonde
Ndumugabo wokwemezako ibiriko biraba arumugambi wimana uwuharira najimbere azibireko ishitsa icoyavuze kndi igira ishitse
Rpa igumura abanyagihugu,ikanamenyesha amakuru atariyo
NONE NUBU RPA IRACA BESHA NKA KERA, SHAME ON YOU
Пікірлер: 11

@user-pq1wd2uw6o
9 ай бұрын