AMAKURU YA
Ойындар
🔴CNL Twitter: CNL80115770?t=d4Q...
_____________________________________________
🔴CNL FB Page: / cnlpolitical
______________________________________________
🔴CNL Group: / 2134881220135640
______________________________________________
🔴Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
🔴Amakuru ya VOA Ijwi ry'Amerika
🔴Amakuru ya Radio RPA
🔴Amakuru ya Radio Inzamba
🔴Amakuru ya Radio Haguruka
🔴Amakuru ya Radio Peace FM
🔴Amakuru ya Radio RTNB
🔴Amakuru ya Radio Inkinzo FM
🔴Amakuru ya Radio Isanganiro
🔴Amakuru ya Radio Umurisho
🔴Amakuru ya Radio Igicaniro
🔴Amakuru y'Ikiganiro Ndondeza
🔴#cnlNews #updats #interviews
Пікірлер: 22
Urugamba n,urugamba. None bafashwe mpiri position Mariko bayifafatanye? Musigaye muhengamye pe.
@AnaMisigaro-uh6mx
Ай бұрын
FRDC/wazakendo bafashe mpiri aba M23/RDF ico gicukuri ngo ni BBC akayu basukamwo amazi ntibavuga. Ibinyoma bahawe n’inkotanyi/M23 niho batangura kwabagira ngo bariko batangaza amakuru.
Ndabumvira hano bwisige gihuke kumunini turikumwe dukunda amakuru mudahwema kutugezaho 📻📻🙏
Ndabakurikiye
Felicitation min Alexis Gisaro
Bien sûr
Ndabasuhuje mwese
Mutugezah amakurumez ❤❤
B B C imazekuba igichupuri
Ariko bbc sinz uko mwabaye mwandika title ariko ntimubivuge mumakuru
Claude Uwimana ndi Muhanga ndabakurikiye gatanu kukandi
None ko congo hariho abasoda beshi bariko bahagwanira hoba Hapfa abarundi gusa canke ninzankane za politique
BBC itangaza amakuru ahengamye. Ingabo za RDF zifashwe ntimukurako umunwa. Ahahaaaaa iyi ni BBC y’inkotanyi na M23. Nibugare vyabananiye ivyitangaza makuru. Kuyumviriza niguta umwanya 🤣🤣🤣🤣
@ruhangajustin5333
Ай бұрын
Ubwo BBC itavuze ibyo ushyaka nn ngo irahengamye ayo namarangamutima gabanya
@augustinmunyaneza5461
Ай бұрын
Hhhhhhhhhhhh, BBC ya RDF & M23 . Hhhhhhhh urakabije ga mushingantahe
@AnaMisigaro-uh6mx
Ай бұрын
@@augustinmunyaneza5461 wapi ntagukavya muturage nuko biri.
@AnaMisigaro-uh6mx
Ай бұрын
@@ruhangajustin5333 wewe ntavyo uzi uri cumita birakwiye
@ruhangajustin5333
Ай бұрын
@@AnaMisigaro-uh6mx ntabyonzi gute ? Imyaka maze nunva BBC ndayemera cane nubwo yavuga ibyo ntuva gerageza kugabanya amaranga mutima ibyo bavuga nukuri
shit
Ntabakunda
@cnlinyankamugayo
Ай бұрын
THX