Aho J.Baptiste BAGAZA yakura amafranga yo gutezimbere UBURUNDI// INTERVIEW y'umubanyi wiwe

Тәжірибелік нұсқаулар және стиль

Wipfuza kuvugana na AGACIRO MEDIA mwotwandikira kuri watsap:68013513
#ibangaryabatunzi
#agaciromedia_68013513
#UburundiTwipfuza
‪@NtareRushatsiHouseTV‬
‪@paeejburundi9895‬

Пікірлер: 41

  • @LachidyNzisabira
    @LachidyNzisabira20 күн бұрын

    Nihatari du changement kuko Ubu uburyarya nibwinshi kubitwako bofashigihugu

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankunda20 күн бұрын

    Isidore Hakizimana yavuye k'ubu ministre asubira kw'igisha kuri Lycée. Ariko Nyaboya Isidore na Ngenzi Pierre barajanywe mw'ibuye bagirizwa kunyonyeza. Mu nyuma bararekugwa, ntawuzi ko Buyoya yabarenganije kubera bakorana na Bagaza😊😊😊😊😊😊😊

  • @RogerNinziza-lq9ys
    @RogerNinziza-lq9ys11 күн бұрын

    Amahinguriro uw mutama yasize iy babandanirizako Uburundi buba ar Chine ikind nyamba mwumvirije uw mutama neza ntagira comparaison na reta yubu avuga imv kur bagaza gsa imvyubu ntavyisunga araz kwaragahomera bunwa

  • @mauricekobako3992
    @mauricekobako399211 күн бұрын

    Uyo twariganye mu Musema we aja muri ITAS nanje ngenda kwiga kuri GETO nkora muri SRD Rumonge, mvamwo nja kwiga vyubu Ingenierie, ndabandanya ndagira Master. Ati yambu.

  • @Aiuoex
    @Aiuoex14 күн бұрын

    Nk'imanza za anniversaire kwa kweli n'izo kwonona gusa

  • @user-qp3uy8cy7u
    @user-qp3uy8cy7u20 күн бұрын

    Ivyo bagaza yakoze ntamuntu numwe nibazako azobishobora kuko yabikoze mu mwanya muto, rero nibakorere kurivyo bagaza yakoresheje, kuko numva atayindi mpanuro

  • @EmileDari-iq5gn
    @EmileDari-iq5gn20 күн бұрын

    Oya si moniteur yarahejeje itabu

  • @EmileDari-iq5gn

    @EmileDari-iq5gn

    20 күн бұрын

    Mudufashe muduhe téléphone yiwe

  • @BolingoTheodomir
    @BolingoTheodomir19 күн бұрын

    Mathias bjr ,mba USA ,mugabo nahora nkora ISABU MAHWA 1988/1994 ndi tech agr responsible wa fertilization ,Nitwa BOLINGO Theodomir ndi umunye Kongo,ni jewe wa koraga essai I ciyubake mahwa /ISABU ,BUTUTSI ndabaramutsa caneee

  • @AgaciroMediatv257

    @AgaciroMediatv257

    19 күн бұрын

    MURATWANDIKIRA kuri watsap:68013513 tubahuze na Mathias

  • @hangiroetincelle8167

    @hangiroetincelle8167

    19 күн бұрын

    Umunyekongo yandika ikirundi neza.

  • @stevendikumwenayo3148

    @stevendikumwenayo3148

    18 күн бұрын

    Yoo... ndakwibuka neza Bulingo

  • @BOLINGOTHEODOMIR-uk9qv

    @BOLINGOTHEODOMIR-uk9qv

    14 күн бұрын

    ​@@stevendikumwenayo3148 amahoro amahoro

  • @DiivinButoyi
    @DiivinButoyi20 күн бұрын

    Umubanyi wacu rwampranyi

  • @mauricekobako3992
    @mauricekobako399211 күн бұрын

    Uyo ni Mathias Sahinguvu yize mu Musema. Ati yambu a partir de Canada.

  • @noelntirandekura7604
    @noelntirandekura760420 күн бұрын

    Uyumusaza avuga neza cane

  • @twororeturimekijambere5491
    @twororeturimekijambere549120 күн бұрын

    Komera cane

  • @henrylepage4671
    @henrylepage467112 күн бұрын

    Ikiganiro visa cane

  • @user-oe1vc3ph5x
    @user-oe1vc3ph5x16 күн бұрын

    Nu bohimiriza ibigo wyamashire gutera agahawa mwobona ibitangaza

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day10917 күн бұрын

    Bagaza avait Raison 😢

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day10917 күн бұрын

    Bariba ariko barafatwa bagafungwa Kandi warababona bafunguwe mwibarabara barabaye Imbwa bateye Ikigongwe kandi warigeze kubabona bakaze bubahwa! Je ndi Umwana narinzi abana benshi Mungagara twiganye primaire base babo bafunzwe baranyuruje itunga hama bakabanyaga bagasubira Ruguru kugatumba!

  • @user-oe1vc3ph5x
    @user-oe1vc3ph5x16 күн бұрын

    Ixyinka Sawa ariko agahawa kojeriko yipampa ntawyo bazi

  • @bucumijoseph6842
    @bucumijoseph684216 күн бұрын

    Bagaza nahezagigwe yarakoze ibikorinka

  • @ViateurKwizera-gk2pm
    @ViateurKwizera-gk2pm20 күн бұрын

    Uyo ni Moniteur agricole communale?

  • @jeanmariebizoza654
    @jeanmariebizoza65420 күн бұрын

    Jewe nize EFI MUKENKE,MBIRA EFI

  • @wamupepe5301
    @wamupepe530116 күн бұрын

    Mugabo, docteri Jean baptiste BAGAZA yatwaye icyo ki doctorat cye hehe ? Bujumbura -kiriri cyangwa kumutanga ?? Numvise ngo ni mu BAZUNGU , umfasiriye gake mtama moniteur burundais , cyibyo

  • @user-oe1vc3ph5x
    @user-oe1vc3ph5x16 күн бұрын

    Aba batama iwyo yavuze basizixyingenzi nazi bike cane ntibavuzagahawa ipampa agahawa twatwzra amase kumashure mubihubahuba ishure ryose ryaba rifise igitara cagahawa

  • @luckymbonye4183
    @luckymbonye418320 күн бұрын

    Guterembere numugani mugihe tugifise abategetsi bitwara gutya Bama mubikorane ninde yateye imbere mubikorane?nkamahera aherara Muminsi mikuru ngo turi mukwikukia imisi mikuru ya yabapresident pafuy hakubikura amahera bakayokoresha ivyalamaro

  • @nkundaburundi1597

    @nkundaburundi1597

    20 күн бұрын

    Reka kwasama none abo biwanyu batakoze ibikorane bamariyiki uburundi na barundi aturukwica abahutu gusa 😢

  • @ArcadeNsengiyumva

    @ArcadeNsengiyumva

    20 күн бұрын

    Sha ruhuka abahutu ntimugipfa

  • @ArcadeNsengiyumva

    @ArcadeNsengiyumva

    20 күн бұрын

    Ariko cnl ntiyicwa nabo

  • @nkundaburundi1597

    @nkundaburundi1597

    20 күн бұрын

    @@ArcadeNsengiyumva ndararuhutse nyene ikibi canyu

  • @jeanmariebizoza654

    @jeanmariebizoza654

    20 күн бұрын

    ​@@nkundaburundi1597userukiye umuhutu wa1 mu bijuju vya2024 muri coment

Келесі