Agathon Rwasa ngo niyatsinda yiteguriye kwubaka uburundi bwabarundi bose, uburundi budakumira
Agathon Rwasa ngo niyatsinda yiteguriye kwubaka uburundi bwabarundi bose, uburundi budakumira. Yabishikirije mu gihe yariko yiyamariza mu gisagara ca Bujumbura muri zone Kanyosha
Пікірлер: 8
Komera CNL
Niv Yo mutamarwasa
ayo namaresha mugeni uzoba nkuwanyunawe ashaka kuja kwiba ntabeshe
neje kunya narebere kuri ruto nareke kuvuga menshi ejo bazomuzomera
🫡💯💯🥰
Yote uongo watu wameshakua hizo Sera za kitoto saaaana
@annociatebukuru8106
4 жыл бұрын
Huyo unona ni mtoto?
@annociatebukuru8106
4 жыл бұрын
Ikibabaje bazokwiba amajwi