Agathon Rwasa muri Murisanga

Mu kiganiro #Murisanga Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Diane Nininahazwe yagiranye na Agathon Rwasa atwara umugambwe #CNL, utavuga rumwe n'ubutegetsi bwo mu #Burundi, aragaruka ku bibazo bigezweho mu bisata bitandukanye vy'ubuwima bw'igihugu mu Burundi, birimwo nk'umugambi wo kugabanya intara na commune z'Uburundi, imigenderanire y'Uburundi n'amakungu, ikena ry'isukari n'igitoro n'ibindi. Fyonda hasi wumvirize ikiganiro cose

Пікірлер

    Келесі