AGAHINDA
Ойын-сауық
Mubumwe buturanga, Kora Subsdcribe uciye hano
/ @iseke257
© 2024 KAPITAL CENTER (ISEKE FILMS)
#abel #Rwandanmusic #Mwanafunzi
#iseke films
#Isekefilms
#Mr Sammy Officiel
#Fanny lavine
#Rukundo tv
#Mugisha
#Nsoro the hero
#Inkingi tv
#Inkinzo tv
#Mashariki tv
#Afrimax tv
#abel
#Abel nduwayo
#Ihuriro tv
#Erico tv
#bollywood
#Burwood tv
#Diamond
#Gasikiri
#Nyaxo Comedy
#Pattyno Comedy
#Shema pattyno
#Comeback
#Gasore
#Freefire
#Fresh tv
#Rukundo news
#Brenda
#Rocky kirabiranya
#Mwanafunzi
#Agasobanuye
#Film
#Burundi
#Burundinews
#NARIHUSE SÉRIE
#Rwanda
#Rwandagospel
#Rwandanmusic
#RWANDA documentaire
#Rwandacomedy
#Rwanda Films
#Burundian films
#tanzanianmusic
#Tanzania FILMS
#urugendotv
Пікірлер: 299
Abaza nyuma yanje mumpe amashugwe yanje❤❤❤
mbay nomber 2 mump like ❤❤
Courage beza banje ❣️🙏 mubirimwo neza guys nubwo nacerewe like zanyu ndazikeneye abakunda agahinda nkanje musigire twatuntu tuhatwike 💃💃
Mwariwaravyibagiye data kotuyikeneye gusa ndagukunda ❤❤❤❤🎉🎉🎉
Nzanabona film yigisha abakuze abana abagore abagabo aha muburundi courage kabisa
Mbaye uwambereeeeee mumperezeee ama like yanjeee
@francinGerome
Ай бұрын
Ubwo burya bwa Kiki nanyina wiwe burarenze shaaa je mwarankoreye nkivyo niyo nobababarira twobana kuri makini😢😢😢😢😢😢😢😢😢
Ni hatari!ubwo buryarya bw imbabazi ni hatari!urarushe Imana igutabare!
Nukuri mwari mwatwicishij agahinda nanjy mbay uwa hafi uyu munsi mumpe like nanjy😅😅
@alialshehri9645
Ай бұрын
❤❤🎉🎉😮😮😮🇧🇮🇸🇦🫢
icyonavuga irukana mama wawe na mushiki wawe murugo rwawe na bagome ❤
We lei irukana mama waw namushikawe mubeho mwishimye numugore wawe
Abagome babaho pe
Kiki iyo ndirimbo ndayikeney iyi film ntizoher ntarayironka ndabakunda courage
@DianeNshimirimana-yr2ht
Ай бұрын
Yarayisohoye
Sha aba mabukwe nkaba ninkabarozi
Vyiza cane mubikora neza akira amashugwe yanyu🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 gusirababaj
Mwaratunyotej arik courage murashoboye turazi ko ibigor bigor abagabo
Ni vyiza vraiment
Uwa5 mumpe liké abakunda agahinda
Je KK aransesema Akina nabi vrt arahindura gusa ndaga❤
wow icombona co hagiye gusha koko
Iyondirimbo yitwa gut
Reyi turabakunda cyane
🎉🎉🎉 ay nayanyu
Courage beza banj mukina neza kwel mumaserie yose naraba iyi yo iza inkuramwo kbs
Mukomere
Joël kuva kera ndagufana ubikora nez
Kirazira kwizera umwansi kuko abariko ahiga uko aguhemukira neza akwegereye
Maman sose ndakubonye kabisa courage
Nc❤❤❤
Birababaje cane ahontimwokurbo bagome murugo
Umuntu yateguye iyi film niyakire amashirwe yiwe🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹 iteguye neza abakinye bayikinye neza cane🎉🎉🎉 irimwo inyigisho kbs mwubahwe🙏🙏 courage kuri team yose❤️❤️❤️❤️
Courage
OK murakoze mwarimwagiyehe ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Vyiza
Mwari mwatunyoteje ariko nubundi bije biryoshe courage ❤❤❤❤❤
Nukul twari tubakumbuy knd cyane merci kuba mwatugarukiy twar tubakumbuy
🎉🎉🎉
Nukuri akira amadhurwe yanyu🎉🎉🎉 ikibazo ngira film ihera agahinda kari mukunyica uwo mukazana yarigorewe nukuri
Rek mfat agateb 😂mwar mwatunyotej ark courage vrmt❤🎉🎉
Yoooo uw ng ni inabukw na demay baramuteshej nukur😢😢😢
Mwari mukumbuwe karibu ❤️❤️❤️❤️❤️
Nic 🎉🎉❤ murakin nez
Courage mubikora neza
Murakoz can mukomey ariko mwarimwaduteberej turabakund
Imana imbabarir jew umunt yankorey ikib nah ndamubabarira sinshobor kwonger kumwizer kbx ng tub twokwicara hamw cnk dusangir singeza kl 🙅🏽♂️🙅🏽♂️🙅🏽♂️
Ndabakunda cane kand courage kiki na mama wiwe mufise ibibi vyishi
❤❤❤❤🎉🎉🎉
Imbabazi zubuhemu 😢😢
Ubu nabaye stable rero reka tubane neza kabisa!
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
Nukur mubkor nez j muranryohra cn mug bib gteb kuturyohreza❤❤❤
❤❤❤❤ mwese
Imana ibahezagire muraduha lmpanuro nuk tutumva lmana ibahezagire kl
Murakoze can muzan iyikurikir
Kiki gukira vyiza ndabona bigiy koryohaaaa kandiiiii❤❤❤❤❤❤
heeeh ese inabukwe wamuntu kwer afite umutima mubi nkuko kumukobwa weee
Na12udutemwoo❤❤
Baraguhakije sha uzosubire😮😮😮😮😮😮
Uwa 3
Har Abantu batazi kuva kwizima kwl 😂😂😂 sh kiki mw na nyoko muzoteterwa mwiyomor cnk babat mugasho
Nyabuna urukundo rurazimvye uyuntiyoba arimabukwe kwiyincuro nobikiza
Ndabkunda ark murateba knd mutang umwany muto ongeza iminota
Waaaooo finally murabikoze Kbx mukomeze mutera imbere tubari inyuma nkabafana🇧🇮🔥🔥
Ray ubikora neza pe❤❤
Murarenz vrt ndabakund cane gusa bakek imana ibabarir
🎉🎉🎉🎉🎉😢😢 birababaje vmt
Nihatari 😢😢ndashaka kubona Ray yameny ukuri courage ❤❤❤
Ubugome😢
Ndakunda film zawe nukuri
Mana ubabarir mana lay na sister wa lay,ndababay nukur
🎉🎉🎉❤❤❤❤🎉❤❤
murabambere kabisa❤❤❤
Murakaze kwl
Courageu bez biman muhezagigwe
Murakoze gusarero nkunda ukuntu Ray akunda umugore iyabuwundi ntiyamukorako
Oooh bien joués ndabakunda muvymvee🥰🥰🥰🥰🥰
Nar natanzwe😂😂😂murakaza nez mwari mwakumbuwe❤❤❤
Emwe musigaye mutevya cn turaheba tukanayibagira So Courage 🎉🎉
Manaweee!!!!uwo mutima wabo bantu🙆🏼♀️🙆🏼♀️🙆🏼♀️🙆🏼♀️so,mutunyarukiriza ndabona ibintu biguma bija kuyindi mpwemu
Film yubaka irimwo n'inyigisho ubundi niyi🤗✌🤜❤
Komera beza banj,ndabasabe na Joachim Muzo mutumire akimwo kuko mubiryosha kubi
Twari tubakumbuye disi🎉🎉🎉
Mabukwe Mabukwe Mabukwe 🤔🤔😢😢 Courage Guys 🎉🎉🎉
Murashoboye courage
Welcome angahinda ❤❤🎉🎉😢😢Danny pore sana
Burundi kipaji kipo
Courage Cynthia Vyuka official ndabakunda
Mubikora neza
Ndakunda cne mwubahwe
Ndabakunda cane
Manayanje ndumiwe pe❤❤❤❤❤
Courage bantu banje❤mubikora neza Caan ndabakunda caaan muze muratunyarukiriza imana niyadufasha ntihagire uwusubira gukikwa namagara❤❤❤❤❤❤
Mwari mwaraduhevye kwel😢 ndabakunda cane❤
Waooooooooo🎉🎉🎉🎉 courage my favo serie ❤❤❤
Courage❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Nukuri ❤❤❤❤❤ ariko apana kudutevya 😢😢😢
Courage muzane 12 vuba
Mbakunda kanini❤❤❤
Kure cane niho mbipfurij gushika bagenzi❤❤❤
Love from matayo films