Abel nishavu ryinshi | Fanny Lavine impamvu yantaye twari twagiye..|Baza muri cinema bashaka abagabo
Ойын-сауық
Ufise icubaza : +257 68 051 919
Ushobora kuraba #Nobela uciye kuriyi link munsi :
kzread.info/dash/bejne/p32JqLuxYNuXdLg.html
Ufise icubaza : +257 68 051 919
Ushobora kuraba #Nobela uciye kuriyi link munsi :
kzread.info/dash/bejne/p32JqLuxYNuXdLg.html
Пікірлер: 134
Ufise icubaza canke uterera : +257 68 051 919 N.B . Zikora kuri Whatsap gusa Ntiwibahire kugira Subscribe kugira uzuraba uwambere ukurikirana ibiganiro vyacu. Turabakunda kzread.infovideos
@Lesaviezvous2022
2 жыл бұрын
Ndakunze cane ikiganiro
Abel amajambo yawe ankora kumutima cane vrt👌👌 IMANA ikomeze kukwagurira imbibe nkuko yabikoreye yabesi💃💃🏃💕❤
Ikiganiro kiryoshe🥰🥰Abel terimber disii turagukunda
@claudineitangishaka2226
2 жыл бұрын
Niyubahw jw ndamukunda caaaan
@aneelaa3486
2 жыл бұрын
Abel ndakwemera cane. Nikiganiro cawe kiraryoshe kwel
Jewe nipfuzako mwokongera gusubizahamwe na fany kuko muma film muriko murakina muri film imwe murashoboye kandi turabakunda
Abeli hezagirwa numuryango wawe ♥️💞🇧🇮🇸🇦
Abel ndi America uvugishije ukuri 100%
Ivyiwawe nafany.biramenyekany gus fanny na abal baratwika iyobarikumwe muri film kbx
Ariko Abakozi b,IMANA baba bafise intumbero yogutuma aba star bacu badahuza bikebuke vrt. Maze kubona kwari intumwa za satani ziba ziba zifise mission yogutuma abantu bakundana bankana. Ivyamamare vyacu twubaha kandi ndukunda👏👏👏so please ndabasavye muze muririnda abo Bantu baba bashaka kubacanishamwo
Ndagu shimiye cane amajambo abel avuze nukuri imana iguhumugisha
Urumugabo wumunyambwenge, Imana iguhe umugisha nkunda abantu bacabuvufi
Kabisa nanje menye ko hari cinema nziza iburundi janvier 2022 nukuvuga ngo ntakwezi kurahera ndakumenye. Courage cane Abel uzogera kure , abarundi nabo muze dukunde ivyacu.
Abel kweri wari umuboyi Imana ninziza
Abel oyeeee. Film zawe ninziza cane zirafasha beshi
Uravuze ukuri mutam abel ntarukundo gwagusa p 🤝🤝🤝🤝
Ikiganiro cyiza cyane kwel ;komer abel turakwemer
Jewe ga mukama ukunda nkunda papa Abel sinzi wubahwe cane muvyeyi👏👏
Nukuri ndagufana sana
Abel turagukunda sana kandi uvuga ukuri uwukwanse atagutwaye agatima uzumureke imana ikujimbere muri vyose 🥰🥰
Mutama Abel ndakwikundira cane kandi uvunze ukuri ndakunda cinéma nzawe cane ♥️♥️♥️♥️♥️
Abel ndagkunda ukor ibikorinka kand urimvugakuri🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Abel uravuze ukuri nta sapoti babaha abakinyi bafi flm p Burundi hatandukanye nomuri tanzania
Ndagukunze uvuzukuri imaniguhezagire muvyukora vyose
🤣🤣🤣courage ndabakunda abel aramtwengeje wubahwe mutama abel nafirim zawezigerekure🔥🔥🙏🙏🙏
Uvugukuri 💯💯
Numva nobandanyq kushir commentair kubwa abel🙏ukuri avuze kuranyubatse cane abantu nkawe ntitubaronka kenshii abal imana ibandanye iguhezagir kndii imana iguhe kuramba ndakunze iyi interview yaw n Benny 😘🤩wakoze Benny kumuronder
Abel wirambire kwer mwakozikiganiro cungura 🙏🙏🙏
Nukuri iki kiganiro kiramara uzomugarukane .Abel courage koriciza impembo uzaisanga imbere
Abel iranbir ivyovyaratubayek😱😱😱😱
Abel zvugukuri vrm imana ikuhezagire Fanny nawe mwihoze ariko amenyeko arimwisi
Abel avug’ukuri pe. Big up bro 👊🏾 araryosha content 😁Imana ikunda cane les naïfs. Ubandanye ugira neza, Imana izoguhemba
@aneelaa3486
2 жыл бұрын
Ubahwa Abel Mandi IMAna iguhezagire can
Abel ndagukunda cn kwl,muz muramugirisha interview every day vrt araduhanura murivyonsh✌️✌️
Abel ndakwemera kumajambo yubwenge
Imana igufashe ubandanye ibikogwa vyawe ndakunda amajombo yawe
Nazanamar ikiganiro ham uravugiramumigani kwel wubahwe🥰🥰🥰🥰🥰😅😅😅😀😘😘😘😍💙💙💙🤍🤍🤍😂😂💪💪💪💪Abel urazubwenge cane 🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮😘😘😘😘😘😘🥰🥰🥰🥰🥰❤❤❤❤🤍🤍💙atugare naw😂😂😂😂😍😍😍🥰🥰🥰😅😅🤣🤣❤❤🥰🥰😘😘🤍🤍💙❤🔥🔥🔥
Uwo Mtama aratera inkuru kbs uzaze umuzana aduteramishe thx 🙏🏿 from USA
Abel uvuzukur 👍
Abel mazina vyiza cane ariko rero vyoba vyiza musubiye guhuza na Fanny hamw vyokunda imana ibaje Imbere ariko uvugukuri
Ikiganiro ndagikunze impanuro za Abel ninzinza komeza ntaco uzokora ngezereza abantu kora nrz wigendere
Abel courrage, tu nb est très intelligent
Abel aratwenza nukur
Nciye ndagukunda×100
Courage abel turagukuda🇧🇮
Courage able imana ishikare iguhezagira
Wow ndahimbawe
Abel uvuze neza kubera kirazira kwishira hejure kwer kugara nibib kuk harigihe ukoroka ugasigara wicuza kwicisha bugufi nivyiza can
Murakwiye kwiyunga mugasubiza hamwe kuko ntaco bimaze ivyo kweri gucozanya nishari nivyabantu batazi Imana
Bwabundi uratwenza basi uranyishe Abel
Abel hejuru Can wubahwe uvugukuri
Bujahit TV respecter mubirimwo neza pe Abel uvuzukuri pe
Abel mwubahwe
Oya vrement urazikwishura muga ndakumbuy film zanyu p
Abel nukuri ndakunda ibiganiro vyawe birigisha nifuza kukubona ninashika hiyo kabisa..dukwiye gukundana nukuri nivyo vyiza..
Ariko ga yemwe Abel aranyishee gusa uvuga neza
Abel ufise umunwa nkabagore
Abel uvuzukuri murimake dukwiye kubahana kuko muri film ugaye kuwundi uba wihenze kk umwe wafata nabi uzomukenera
Ndatwenze ndakulbagaye beny choux 🥰🥰🥰
Team diaspora twubahwe😂😂😂🤗
😂 😂 😂 😂 😂 😂 😂 Abel aransekeje nukuri
Jaruzi muzireke
Ivyo nivyo kabisa
Abel Uranyishe ngo ntamukobwa wicuki uzoronka akuzanira inoti 😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Abel vrmt arabeshera Fanny,
aberi uvugisha ukuri kbx nubandanye utera imbere
Mwubahwe kbx Abel ararenze mu gutwenza kandi avuga ukuri ikibwirwa n'icumva icerekwa n'ikibona
😍😍😍😍
Ntabeshe kabixa Abel yakoze ikiboyi,ngo ni Doctorat 😀😀😀 hiiii ariko ga Bash
Abel respect
Nukuri Fanny asigaye yishima akwaiye kugabanya kugara ivyisinivyisi
komera🤙🏻🤙🏻🤙🏻
Abel niwubahwe 🤣😅😅🤣urumugabo
Courage Can wubahw 🇧🇮🇸🇦💕💕
Abel uvuze ukuri pe ndakunze ikiganiro cawe 🤣🤣😂😂😂
👍nukuri uvuzukuri wangu
Abel wirambire komeza ibiganiro biryosh
Uraduhay icizere kweri urakoze kwizo mpanuro uduhay
Abel niwihangane iyontambara siyiwawe yirekeri'mana iyikugwanirire kanduzonesha
Abel uvuze ukuri hezagigwa utanga nimpanuro komera
👍👍👍👍👍
Abel respect❤❤❤
Abel hezagirwa ndagukuda cane
Uvuze. Ukuri. Kweri. Ivyimana bira.twenza
Umeze nkanje nukuri abarozi bakwiye kuvaho kuko baraturembeje
Abel wewe urarenze muri sinema nabomukorana
Wubaw papa nkora tunezegw
harimwi manturo vraiment🤣🤣😂
Abel wubahwe kabixa
Kbs
Aberi urantwengejenukuri uvugukuri wewendakwemercane narekekugukuramwo amajambo abisinikobameze
Mwishuri tugenda kurondera ubumenyi kabisa..
Haha! Ngwaba diaspora baza kuraba ama films yawe baje kuraba abademu!
Rek ishari abel wewe nushaka ko abademu bironkera ababafasha
Courage
Abel uvuzukur harinabakobwa batazi gukina arikugira yironkeye
Nanj bucanza ndonke umudiasipol😂😂😂😂😂Aber uramvunye imbabu zanj
Abel kwer uvug ukuri kweri kuko abo wafashij ub ntimukiri kumw
Nimuku ndan. Rahul ndape. Arariz
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 ikiganiro ciza
Rekamabifu korivyushoboye murikekwigwanya ark ahontasoni mukanabishira kumashoshomedia haranira guterimbere haranira inezayabandi mwoyekugwanyana nn ahivyomukora harumunyamahanga mwofasha? Binaniranye gufashanya mwebwe ubwanyo muteyisoni
Non ushak ntibabakund😀😀😀
Ko ufite amatiku ra? Muri film umuntu wese akunda uwo ashaka yakinnye neza, uzakunda uwo utabona muri film